UBUTUMWA BWA EMERY SUN KURI SAT B

🎤 Ewe king SakibI🎤
  

   Umwami iyo amaze guhunga igihugu bamwita "inkwerikweri kandi umugabo iyataye urugo bamwita " Injati" Aho tuvuga uyo mwita ngo King Sakibi

  - Burya hariho itandukanirizo ry ikiziga n umuzima,banza mumuhanure amenyeko Uburundi bwamuhaye indaro kuko ata  murundi yitwa Karume,bizwi neza ko ava muri Congo,bikaba navyo yaraziko ar  mubi asa  n igikara yatoye umugambi WO Kwiyambiza"MUKOROGO.com" bikemeza neza ko iyo yavuye hatamuva inyuma.
  
          EMERYSUN uwutamuzi nubo twita"ABACAKARA ba Sakibi" ngo"Abonakure?"😂😂😂😂😂 ICO utazi nuko yakoranye n aba "Undergrounds benshi kuva 2010 atabibuka.Ni MUTEMBE MUGENDE HARAGEZE.

   Ubwitonzi bwa Nyakwubahwa Emerysun bwatumye tumwishurira kuko tuzi agaciro amaze mu gihugu.

         Kuva Uno musi  mumenye ko Emerysun ari Intare(umugabo atagira ubwoba)Magonde wanyu nawe ari Imbwebwe,Zuba ari Inkona Satb wanyu ari Igihuna,
         Abamuyokoba tugiye gukubita Imbwa ahababara,abakicemera iyo" nkandagirabitabo  tubatangatange,nivyaba ngombwa arasubira guhunga,asubire gukora akazi kubu boyi kwa KABOSE

       Ntituzohora kubwa Nyakwubahwa "Emerysun,intare

          Abarundi biyemera@

No comments