RACHLY YOBA ARI MURUKUNDO N'UMURIRIVYI Y'ITWA NDE?

  Umuririmvyikazi RACHLY NISHIMWE, Amwe mumakuru abandanya acana canako Kumbuga n'uko ngo y'oba avyumva kimwe n'umwe mu baririmvyi akomeye wa Hom fleva atarashobora kumenyekana izina,

Ivyo biriko biramuvugwako , wewe avyamirira kure ngo namajambo gusa ati : "IVYO BIRIMWO KUVUGWA N'AMAJAMBO GUSA YABASHAKA BABE BARATAYE UMWANYA , JEWE NDAFISE UWONKUNDA KOKO , KANDI N'IVYABA NGOMBWA KUMWEREKANA NZOMWEREKANA , BITABAYE NGOMBWA NAHO BIZO KWAKIGWE UKWONYENE" Yambwiye ikinyamakuru cacu.

Tubibutse ko RACHLY NISHIMWE ari umwe mubaririmvyikazi boba bariko barakora cane , ubu akaba ageze kundirimbo 7 n'iyindi Ije vuba cane.akaba ariko aritegurira ibitari bike, eka abantu bakaba batanguye n'okumugereranya nabandi baririmvyi bakomeye baba star nka Tity Love N'abandi.

No comments